ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Avuye muri ico gihugu, aja muri Ashuri+ maze atangura kwubaka Ninewe+ na Rehoboti-Iri na Kala

  • Yona 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Haguruka, uje i Ninewe+ ca gisagara gikomeye, ugitangarize yuko ububi bwabo bwaduze bugashika imbere yanje+.”

  • Nahumu 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Ninewe+: Igitabu c’ivyo Nahumu Umwelikoshi yeretswe:

  • Zefaniya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Azoramvura  ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika