Kuvayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+, 1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+. Zaburi 86:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu mana nta n’imwe iriho imeze nkawe, ewe Yehova+,Eka nta n’ibikorwa biriho bimeze nk’ivyawe+. Zaburi 89:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko, ni nde mu majuru yogereranywa na Yehova+?Ni nde yosa na Yehova mu bana b’Imana+? Zaburi 113:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni nde ameze nka Yehova Imana yacu+,We yibera iyo hejuru+? Yeremiya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nta n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe, ewe Yehova+! Urahambaye, kandi izina ryawe rirahambaye mu bushobozi+. Mika 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.
10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+,
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
6 Nta n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe, ewe Yehova+! Urahambaye, kandi izina ryawe rirahambaye mu bushobozi+.
18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.