Zaburi 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana+;Ikirere na co kivuga igikorwa c’amaboko yayo+. Ivyakozwe 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.” Abaroma 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;
17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.”
20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;