ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 58:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Imbere y’uko inkono zanyu zumva umubambangwe ucanywe+,

      Umubambangwe mubisi be n’uwaka, azoyivumbura nk’umuyaga w’ikirura+.

  • Imigani 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 ico mufitiye ubwoba nicaza nka kurya kw’ikirura, n’icago canyu kigashika nka kurya kw’umuyaga w’ikirura+, amarushwa n’ibihe bigoye nivyaza kuri mwebwe+.

  • Yesaya 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Imiryango y’amahanga+ izohinda nk’urwamo rw’amazi menshi. Azobihambarira koko+, kandi bizotegerezwa guhungira kure, bihindwe nk’umuguruka wo ku misozi imbere y’umuyaga, nk’agashururu k’ibitovu imbere y’umuyaga w’ikirura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika