Gusubira mu vyagezwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+, Gusubira mu vyagezwe 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara Yehova ntiyabahaye umutima wo kumenya, n’amaso yo kubona, n’amatwi yo kwumva, gushika n’uyu musi+. Zaburi 106:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo ba sogokuruza bacu mu Misiri,Nta gutahura kwimbitse na gukeyi berekanye ku bijanye n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe+.Ntibibutse umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buhambaye+,Ahubwo baragararije ku kiyaga, kuri ca kiyaga Gitukura+.
9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+,
4 Yamara Yehova ntiyabahaye umutima wo kumenya, n’amaso yo kubona, n’amatwi yo kwumva, gushika n’uyu musi+.
7 Nayo ba sogokuruza bacu mu Misiri,Nta gutahura kwimbitse na gukeyi berekanye ku bijanye n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe+.Ntibibutse umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buhambaye+,Ahubwo baragararije ku kiyaga, kuri ca kiyaga Gitukura+.