Gusubira mu vyagezwe 28:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+. Yesaya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+. Yeremiya 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Isirayeli ni intama ishwiragijwe+. Intambwe zamushwiragije+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yaramurokeje+, ubu na ho Nebukadirezari umwami wa Babiloni agugunye amagufa yiwe+.
33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.
7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+.
17 “Isirayeli ni intama ishwiragijwe+. Intambwe zamushwiragije+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yaramurokeje+, ubu na ho Nebukadirezari umwami wa Babiloni agugunye amagufa yiwe+.