Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+. 2 Ngoma 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Barajanjagurana, ihanga n’irindi hanga+, igisagara n’ikindi gisagara, kuko Imana ubwayo yabagumiza mu muvurungano ikoresheje ubwoko bwose bw’amarushwa+. Zaburi 106:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Incuro n’izindi abatanga mu kuboko kw’amahanga+,Kugira ngo ababanka babaganze+,
14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.
6 Barajanjagurana, ihanga n’irindi hanga+, igisagara n’ikindi gisagara, kuko Imana ubwayo yabagumiza mu muvurungano ikoresheje ubwoko bwose bw’amarushwa+.