Gusubira mu vyagezwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri. Yeremiya 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova yarambonekeye ari kure, avuga ati: “Nagukunze urukundo rwo gushika igihe kitagira urugero+. Ni co catumye ndagukwegesha ubuntu bwuzuye urukundo+.
8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.
3 Yehova yarambonekeye ari kure, avuga ati: “Nagukunze urukundo rwo gushika igihe kitagira urugero+. Ni co catumye ndagukwegesha ubuntu bwuzuye urukundo+.