ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nimureke kuzana ayandi mashikanwa y’intete ata co amaze+. Imibavu*—ni ikintu kintera ishishi+. Imboneko y’ukwezi+ n’isabato+, uguhamagaza ihwaniro+—sinshobora kwihanganira ikoreshwa ry’ububasha bw’ivy’amageza+ hamwe n’ikoraniro ry’agakūra.

  • Amosi 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mbega ibimazi be n’amashikanwa, ni vyo mwazanye hafi yanje mu gahinga mu myaka mirongo ine, ga yewe nzu ya Isirayeli+?

  • Malaki 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi mwavuze ngo: ‘Ewe muruho uraho+!’, kandi mwatumye bibonwa nk’akanuka,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mwazanye icatwawe ku nguvu, n’igicumbagira, n’ikirwaye+; egome, mwabizanye ngo bibe ituro. Mbega mubimpaye vyompimbara+?”, ni ko Yehova avuze.

  • Malaki 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Mbega umuntu yakuwe mw’ivu yokwambura Imana? Ariko mwebwe muranyambura.”

      Namwe mwavuze muti: “Twakwambuye gute?”

      “Ni mu bijanye n’ivy’icumi be n’intererano.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika