Yesaya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ahantu hose hahora imizabibu igihumbi iciye ibice igihumbi vy’ifeza+, hazoba, emwe, hazoba ah’ibisaka vy’amahwa n’ah’ivyatsi bibi+. Yesaya 32:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku butaka bw’abantu banje hamera gusa amahwa, ibisaka bihanda+, kuko biri ku mazu yose y’umwigino, egome, ku gisagara cishwe n’akamwemwe+. Abaheburayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+.
23 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ahantu hose hahora imizabibu igihumbi iciye ibice igihumbi vy’ifeza+, hazoba, emwe, hazoba ah’ibisaka vy’amahwa n’ah’ivyatsi bibi+.
13 Ku butaka bw’abantu banje hamera gusa amahwa, ibisaka bihanda+, kuko biri ku mazu yose y’umwigino, egome, ku gisagara cishwe n’akamwemwe+.
8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+.