Gusubira mu vyagezwe 32:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 abandanya kubabwira ati: “Mushire imitima yanyu ku majambo yose ndababwiye ndababurira uno musi+, kugira mutegeke abana banyu kwitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko+. Ezekiyeli 40:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nya mugabo atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu+, rabisha amaso yawe, wumvishe amatwi yawe, kandi ushire umutima ku vyo ngira nkwereke vyose, kuko icatumye uzanwa ng’aha ari ukugira ngo ndakwereke. Ivyo ubona vyose ubibwire inzu ya Isirayeli+.” Hoseya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Efurayimu ameze nk’inuma y’igihwiji+ itagira umutima+. Bahamagaye Misiri+; bagiye muri Ashuri+.
46 abandanya kubabwira ati: “Mushire imitima yanyu ku majambo yose ndababwiye ndababurira uno musi+, kugira mutegeke abana banyu kwitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko+.
4 Nya mugabo atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu+, rabisha amaso yawe, wumvishe amatwi yawe, kandi ushire umutima ku vyo ngira nkwereke vyose, kuko icatumye uzanwa ng’aha ari ukugira ngo ndakwereke. Ivyo ubona vyose ubibwire inzu ya Isirayeli+.”