Imigani 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+. Imigani 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aho ni ho uzotahura ubugororotsi n’urubanza n’ukugororoka, inzira yose y’iciza+.
4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+.