Yeremiya 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ‘Vy’ukuri amaso yawe n’umutima wawe nta handi biri atari ku nyungu y’akarenganyo yawe+, no ku maraso y’intungane kugira ngo uyasese+, no ku kugunga no ku kunyaga, kugira ngo ubikore.’ Mika 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+. Habakuki 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Aragowe uwuronderera inzu yiwe inyungu mbi+, kugira ashire icari ciwe iyo hejuru, abone kurokorwa mu vyara vy’icago+!
17 ‘Vy’ukuri amaso yawe n’umutima wawe nta handi biri atari ku nyungu y’akarenganyo yawe+, no ku maraso y’intungane kugira ngo uyasese+, no ku kugunga no ku kunyaga, kugira ngo ubikore.’
2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+.
9 “‘Aragowe uwuronderera inzu yiwe inyungu mbi+, kugira ashire icari ciwe iyo hejuru, abone kurokorwa mu vyara vy’icago+!