Yesaya 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.” Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.
4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”
10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.