Yesaya 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ni ko umwami wa Ashuri azoshorera umugwi w’imbohe za Misiri+ n’abagizwe inyagano ba Etiyopiya, uduhungu n’abatama, abashorere bari gusa n’ibirenge bigaragara, n’ibibuno biri amenya, ubwambure bwa Misiri+.
4 ni ko umwami wa Ashuri azoshorera umugwi w’imbohe za Misiri+ n’abagizwe inyagano ba Etiyopiya, uduhungu n’abatama, abashorere bari gusa n’ibirenge bigaragara, n’ibibuno biri amenya, ubwambure bwa Misiri+.