ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko abagabo babiri, abantu b’imburakimazi, barinjira hanyuma bicara imbere yiwe; nya bagabo b’imburakimazi batangura gushinga intahe imwagiriza, ni ukuvuga Naboti, imbere y’abantu, bati: “Naboti yavumye Imana n’umwami+!” Inyuma y’ivyo baramusohora, bamujana ku mubari w’igisagara baraheza bamutera amabuye, ku buryo apfa+.

  • Zaburi 94:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bagaba ibitero bikaze ku buzima bw’umugororotsi+,

      Amaraso y’intungane bakayita amabisha+.

  • Imigani 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uwo wese yita umubisha umugororotsi+ be n’uwo wese yita umugororotsi umubisha+, emwe, abo bompi ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.

  • Matayo 23:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.

  • Yakobo 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mwaciriye rubi umugororotsi, muramwica. None ntabarwanya+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika