16 Efurayimu izotsindwa hasi ata kabuza+. Emwe, umuzi wabo uzokwuma+. Nta vyamwa bazokwama+. Vyongeye, nibavyara, nzokwica koko ibihimbaye vy’inda yabo+.”
9 “‘Nayo jewe, nari nazimanganije Umwamori+ kubera bo, uwari n’igihagararo nk’ic’amasederi, agakomera nk’ibiti bisagaraye+; kandi nazimanga nije n’icamwa ci we hejuru, n’imizi yi we ha si+.