Gusubira mu vyagezwe 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko nzobazana ku butaka narahiye ba sekuruza babo+, ubutaka butemba amata n’ubuki+, kandi bazorya vy’ukuri+ bahage, badohe+, hanyuma bahindukire baje ku zindi mana+, bazikorere koko nanje bangaye kandi barenge kw’isezerano ryanje+. Yesaya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.
20 Kuko nzobazana ku butaka narahiye ba sekuruza babo+, ubutaka butemba amata n’ubuki+, kandi bazorya vy’ukuri+ bahage, badohe+, hanyuma bahindukire baje ku zindi mana+, bazikorere koko nanje bangaye kandi barenge kw’isezerano ryanje+.
4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.