ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko turi abasuku+; kandi Imana yacu ntiyaturekeye mu bushumba bwacu+, mugabo itugirira ubuntu bwuzuye urukundo imbere y’abami b’Ubuperesi+, kugira ngo itugarurire agatege duheze duhagurutse inzu y’Imana yacu+ twongere tunagure ahantu hayo hacitse umusaka+, no kugira ngo iduhe uruhome rw’amabuye+ muri Yuda n’i Yeruzalemu.

  • Nehemiya 9:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 umwimbu waco na wo ukaba uriko ugwira+ ku bw’abami+ washize kuri twebwe kubera ibicumuro vyacu+; bariko baganza imibiri yacu n’ibitungwa vyacu uko bagomba, kandi turi mu marushwa akomeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika