Zaburi 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+. Abaroma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”
4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.
4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”