Yosuwa 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Mu nyuma, narakuye sogokuruza wanyu Aburahamu+ hakurya ya rwa Ruzi+, ndamugendagendesha mu gihugu cose ca Kanani nongera ngwiza uruvyaro rwiwe+. Nuko ndamuha Izahaki+. Matayo 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ndababwiye yuko benshi bo mu mihingo yo mu buseruko no mu burengero+ bazoza bakicarana na Aburahamu na Izahaki na Yakobo ku meza mu bwami+ bwo mw’ijuru+; Abaroma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.
3 “‘Mu nyuma, narakuye sogokuruza wanyu Aburahamu+ hakurya ya rwa Ruzi+, ndamugendagendesha mu gihugu cose ca Kanani nongera ngwiza uruvyaro rwiwe+. Nuko ndamuha Izahaki+.
11 Mugabo ndababwiye yuko benshi bo mu mihingo yo mu buseruko no mu burengero+ bazoza bakicarana na Aburahamu na Izahaki na Yakobo ku meza mu bwami+ bwo mw’ijuru+;
19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.