Zaburi 106:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ahambarira ikiyaga Gitukura, kirakama+;Abacisha mu nyenga y’amazi nko mu gahinga+; Yesaya 43:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umwe aca inzira mu kiyaga, n’ibarabara mu mazi akomeye+,
9 Nuko ahambarira ikiyaga Gitukura, kirakama+;Abacisha mu nyenga y’amazi nko mu gahinga+; Yesaya 43:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umwe aca inzira mu kiyaga, n’ibarabara mu mazi akomeye+,