Yesaya 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+, Yakobo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko twese dutsitara kenshi+. Nimba hari uwudatsitara mw’ijambo+, uyo ni umuntu atagira akanenge+, ashoboye no kujiginyika umubiri wiwe wose.
13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+,
2 Kuko twese dutsitara kenshi+. Nimba hari uwudatsitara mw’ijambo+, uyo ni umuntu atagira akanenge+, ashoboye no kujiginyika umubiri wiwe wose.