2 Maze abwira wa mugabo yambaye impuzu y’ilino+, egome, amubwira ati: “Niwinjire hagati y’ayo makurudumu yizunguriza+, munsi y’abakerubi, wuzuze ibiganza vyawe vyompi amakara+ yaka umuriro uyakuye hagati y’abakerubi, uheze uyaterere hejuru y’igisagara+.” Nuko yinjirayo ndavyibonera.