ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+.

  • Daniyeli 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze, ehe uwufise ishusho nk’iy’abana b’abantu ankora ku minwa+, nca ntangura guteranura akanwa ndavuga+, mbwira uwari ahagaze imbere yanje nti: “Ewe mukama wanje+, ukubonekerwa kwatumye izo mu nda zimpiramwo, sinasigarana inkomezi na nkeya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika