Ivyahishuwe 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imishinge+ y’uruhome rw’ico gisagara yari isharijwe n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro+: umushinge wa mbere wari yasipi+, uwa kabiri safiro+, uwa gatatu kalikedoni, uwa kane emerode+,
19 Imishinge+ y’uruhome rw’ico gisagara yari isharijwe n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro+: umushinge wa mbere wari yasipi+, uwa kabiri safiro+, uwa gatatu kalikedoni, uwa kane emerode+,