Zaburi 51:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nunyoze rwose unkureko ikosa ryanje+,Umpumanure igicumuro canje+. Mika 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+. Zakariya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko uno arishura, abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: “Nimumukure izo mpuzu zicafuye.” Maze amubwira ati: “Raba ngukuyeko ikosa ryawe+, kandi ugira wambikwe amakanzu y’imararubanza+.”
18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.
4 Nuko uno arishura, abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: “Nimumukure izo mpuzu zicafuye.” Maze amubwira ati: “Raba ngukuyeko ikosa ryawe+, kandi ugira wambikwe amakanzu y’imararubanza+.”