ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.”

  • Itanguriro 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Ehe wa muntu acitse nk’umwe muri twebwe mu kumenya iciza n’ikibi+; ubu rero, kugira ntatume ukuboko ngo atore koko icamwa no ku giti c’ubuzima+ akarya maze akabaho gushika igihe kitagira urugero*, . . .”

  • Yohani 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uyo mu ntango+ yari kumwe n’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika