Matayo 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+. 1 Petero 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.
25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+.
12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.