ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze.

  • Yesaya 66:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Nzoshira ikimenyetso hagati yabo+, bamwe mu bacitse kw’icumu ndabarungike mu mahanga+: i Tarushishi+, i Puli n’i Ludi+ mu bafozi b’umuheto, Tubali na Yavani+, amazinga ya kure+, abatumvise inkuru zinyerekeye canke ngo babone ubuninahazwa bwanje+; kandi ntibazobura kuvuga ubuninahazwa bwanje mu mahanga+.

  • Yeremiya 50:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Bazoguma babaza inzira ija i Siyoni, berekejeyo mu maso habo+, bati: ‘Nimuze twifatanye na Yehova mw’isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ritazokwibagirwa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika