Zaburi 119:111 Bibiliya y’isi nshasha 111 Ivyibutsa vyawe nabifashe nk’ikintu nigabira gushika igihe kitagira urugero+,Kuko ari vyo mwigino w’umutima wanje+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo. Ivyakozwe 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 mugabo mw’ihanga iryo ari ryo ryose umuntu ayitinya kandi agakora ivy’ubugororotsi iramwemera+.
111 Ivyibutsa vyawe nabifashe nk’ikintu nigabira gushika igihe kitagira urugero+,Kuko ari vyo mwigino w’umutima wanje+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.