1 Samweli 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Elikana umugabo wiwe amubwira ati: “Hana, kubera iki urira, kandi kubera iki utarya? Kubera iki umutima wawe umerewe nabi+? Mbega sinkurutira abahungu cumi+?”
8 Nuko Elikana umugabo wiwe amubwira ati: “Hana, kubera iki urira, kandi kubera iki utarya? Kubera iki umutima wawe umerewe nabi+? Mbega sinkurutira abahungu cumi+?”