ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.

  • Yesaya 29:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+,

  • Ezekiyeli 33:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Raba! Kuri bo uri nk’ururirimbo rw’urukundo rw’akanyengetera, nk’uwuri n’akajwi keza avuza neza igicurarangisho c’imirya+. Ntibazobura kwumva amajambo yawe, mugabo nta n’umwe ayashira mu ngiro+.

  • Matayo 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 ‘Aba bantu bantera iteka n’iminwa yabo, yamara umutima wabo uri kure yanje cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika