Yesaya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+. Yeremiya 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona. Yeremiya 42:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 yuko mwicumuyeko+; kuko mwebwe ubwanyu mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: ‘Dusabire kuri Yehova Imana yacu; uko Yehova Imana yacu akubwira abe ari ko utubwira, natwe tuzobikora ata gukeka+.’
15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+.
2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona.
20 yuko mwicumuyeko+; kuko mwebwe ubwanyu mwantumye kuri Yehova Imana yanyu muti: ‘Dusabire kuri Yehova Imana yacu; uko Yehova Imana yacu akubwira abe ari ko utubwira, natwe tuzobikora ata gukeka+.’