ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.”

      Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+.

  • Yeremiya 34:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ngo umwe wese arekure umusuku wiwe kandi umwe wese arekure umusukukazi wiwe, Umuheburayo n’Umuheburayokazi+, agende yidegemvya, kugira ngo ntibabakoreshe nk’abasuku, ni ukuvuga Umuyuda, mwene wabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika