Yeremiya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega mwokwiba+, mukica+, mukarenga ibigo+, mukarahira ibinyoma+, mugafumbishiriza umwotsi w’ibimazi Bayali+ kandi mugakurikira izindi mana mutamenye+, Ezekiyeli 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ko mwavuze ivy’ububeshi, mukerekwa ikinyoma, ni co gituma ngira ndabarwanye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
9 Mbega mwokwiba+, mukica+, mukarenga ibigo+, mukarahira ibinyoma+, mugafumbishiriza umwotsi w’ibimazi Bayali+ kandi mugakurikira izindi mana mutamenye+,
8 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ko mwavuze ivy’ububeshi, mukerekwa ikinyoma, ni co gituma ngira ndabarwanye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”