Hoseya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+. Mika 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+.
2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+.
12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+.