Yesaya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni hehe handi muzokubitwa+, ko mwongerako ubundi bugarariji+? Umutwe wose urarwaye, kandi umutima wose uragoyagoya+. Ezekiyeli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Na yo yatanguye kugarariza ingingo zanje z’ubutungane* ibigiranye ububisha kuruta amahanga+, igarariza n’ivyagezwe vyanje kuruta ibihugu biyikikuje, kuko bataye ingingo zanje z’ubutungane, ivyagezwe vyanje na vyo ntibabigenderemwo+.’ 1 Abatesalonika 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose,
5 Ni hehe handi muzokubitwa+, ko mwongerako ubundi bugarariji+? Umutwe wose urarwaye, kandi umutima wose uragoyagoya+.
6 Na yo yatanguye kugarariza ingingo zanje z’ubutungane* ibigiranye ububisha kuruta amahanga+, igarariza n’ivyagezwe vyanje kuruta ibihugu biyikikuje, kuko bataye ingingo zanje z’ubutungane, ivyagezwe vyanje na vyo ntibabigenderemwo+.’
15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose,