Yeremiya 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+. Hoseya 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+; Isirayeli na Efurayimu batsitara mw’ikosa ryabo+. Yuda na we nyene yatsitaranye na bo+.
7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.
5 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+; Isirayeli na Efurayimu batsitara mw’ikosa ryabo+. Yuda na we nyene yatsitaranye na bo+.