ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko bahaguruka kare mu gitondo maze barasohoka baja mu gahinga+ ka Tekowa+. Bariko barasohoka, Yehoshafati arahaguruka maze avuga ati: “Nimunyumve, ewe Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+! Nimwizere+ Yehova Imana yanyu kugira ngo mumare ikiringo kirekire. Nimwizere abahanuzi biwe+ mubone kuroranirwa.”

  • Nehemiya 9:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Na bo, mu gihe c’ubwami bwabo+ no mu bintu vyiza vyawe vyinshi+ wabahaye no mu gihugu cagutse kandi kinuze+ wabaronkeje, ntibagukoreye+ kandi ntibahindukiye ngo bave mu ngeso zabo mbi+.

  • Abaheburayo 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika