Abacamanza 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nya muzabibu na wo ubibwira uti: ‘Mpebe umuvinyu wanje mushasha unezereza Imana n’abantu+, nje kuzungazunga hejuru y’ibiti?’
13 Nya muzabibu na wo ubibwira uti: ‘Mpebe umuvinyu wanje mushasha unezereza Imana n’abantu+, nje kuzungazunga hejuru y’ibiti?’