Itanguriro 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Erega Aburahamu azocika ihanga rinini kandi ry’inkomezi; emwe, amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri we+. Yoweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?
18 Erega Aburahamu azocika ihanga rinini kandi ry’inkomezi; emwe, amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri we+.
14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?