Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+. Yesaya 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Urutare rwiwe ruzovaho kubera ugucika ivutu, kandi kubera ca kimenyetso+ abaganwa biwe bazotegerezwa gutekerwa n’ubwoba,” ni ko Yehova avuze, umwe umuco wiwe uri i Siyoni, itanure+ ryiwe na ryo i Yeruzalemu. Yesaya 60:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Izuba ntirizosubira kukubera umuco ku murango, n’ukwezi ntikuzosubira kuguha umuco ngo ukubere umwakaka. Mugabo Yehova azokubera koko umuco wamaho igihe kitagira urugero+, Imana yawe ikubere ubwiza+. Ivyahishuwe 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Vyongeye, ijoro ntirizokwongera kubaho+, kandi ntibazokenera umuco w’itara canke ngo bagire umuco w’izuba, kuko Yehova Imana azorasira umuco+ kuri bo, kandi bazoganza ibihe bitazoshira+.
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.
9 Urutare rwiwe ruzovaho kubera ugucika ivutu, kandi kubera ca kimenyetso+ abaganwa biwe bazotegerezwa gutekerwa n’ubwoba,” ni ko Yehova avuze, umwe umuco wiwe uri i Siyoni, itanure+ ryiwe na ryo i Yeruzalemu.
19 Izuba ntirizosubira kukubera umuco ku murango, n’ukwezi ntikuzosubira kuguha umuco ngo ukubere umwakaka. Mugabo Yehova azokubera koko umuco wamaho igihe kitagira urugero+, Imana yawe ikubere ubwiza+.
5 Vyongeye, ijoro ntirizokwongera kubaho+, kandi ntibazokenera umuco w’itara canke ngo bagire umuco w’izuba, kuko Yehova Imana azorasira umuco+ kuri bo, kandi bazoganza ibihe bitazoshira+.