Zaburi 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwotsi warapfundutse mu mazuru yayo, umuriro uvuye mu kanwa kayo na wo uguma uyigiza+;Amakara yararurumba, akarabagiza ava kuri yo. Indirimbo ya Salomo 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nunshire ku mutima wawe nk’ikidodo+, nk’ikidodo ku kuboko kwawe; kuko urukundo rukomeye nk’urupfu+, ugushaka kwiheberwa wenyene+ gusa ni nk’ukuzimu mu kutagondeka. Imirurumbo yarwo ni imirurumbo y’umuriro, urubeya rwa Ya*+.
8 Umwotsi warapfundutse mu mazuru yayo, umuriro uvuye mu kanwa kayo na wo uguma uyigiza+;Amakara yararurumba, akarabagiza ava kuri yo.
6 “Nunshire ku mutima wawe nk’ikidodo+, nk’ikidodo ku kuboko kwawe; kuko urukundo rukomeye nk’urupfu+, ugushaka kwiheberwa wenyene+ gusa ni nk’ukuzimu mu kutagondeka. Imirurumbo yarwo ni imirurumbo y’umuriro, urubeya rwa Ya*+.