2 Abami 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+. Zaburi 97:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuriro ugendera imbere yiwe+,Kandi uyigiza abarwanizi biwe bose irya n’ino+. Yesaya 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ibotine yose y’uwuhonyanga+ adodagura be n’umutamana ukumbagajwe mu maraso bibaye ivy’uguturirwa nk’indya z’umuriro+. Nahumu 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+? Kandi ni nde ashobora guhangara ishavu ryiwe rirurumba+? Emwe, ubushangashirwe bwiwe buzosukwa nk’umuriro+, kandi ibitandara bizositurirwa hasi kubera we.
9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+.
5 Kuko ibotine yose y’uwuhonyanga+ adodagura be n’umutamana ukumbagajwe mu maraso bibaye ivy’uguturirwa nk’indya z’umuriro+.
6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+? Kandi ni nde ashobora guhangara ishavu ryiwe rirurumba+? Emwe, ubushangashirwe bwiwe buzosukwa nk’umuriro+, kandi ibitandara bizositurirwa hasi kubera we.