Zaburi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzokaraba ibiganza vyanje mu gutungana+,Kandi nzotambuka nkikuza igicaniro* cawe, ewe Yehova+, Yeremiya 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwoze umutima wawe ububi, ewe Yeruzalemu, kugira ukizwe+. Mbega ivyiyumviro vyawe vy’ubuzimire bizoba muri wewe kugeza ryari+? Ivyakozwe 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 None utebejwe n’iki? Haguruka, ubatizwe+, wiyoze+ ibicumuro vyawe mu kwambaza izina ryiwe+.’ Ivyahishuwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama.
14 Niwoze umutima wawe ububi, ewe Yeruzalemu, kugira ukizwe+. Mbega ivyiyumviro vyawe vy’ubuzimire bizoba muri wewe kugeza ryari+?
14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama.