Zakariya 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ashikeloni azobibona atinye; nayo Gaza, azokwumva ububabare bukaze; na Ekuroni+, kuko ico yari ahanze amaso+ kitazobura kumaramara. Kandi umwami ntazobura kuzimangana i Gaza, Ashikeloni na we nta bantu bazoba muri we+.
5 Ashikeloni azobibona atinye; nayo Gaza, azokwumva ububabare bukaze; na Ekuroni+, kuko ico yari ahanze amaso+ kitazobura kumaramara. Kandi umwami ntazobura kuzimangana i Gaza, Ashikeloni na we nta bantu bazoba muri we+.