Yesaya 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Siriya ituruke mu buseruko+, Abafilisitiya na bo baturuke inyuma+, barotse Isirayeli bataburuye akanwa+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.
12 Siriya ituruke mu buseruko+, Abafilisitiya na bo baturuke inyuma+, barotse Isirayeli bataburuye akanwa+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.