ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+.

  • Amosi 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kugira ngo bigarurire ibisigaye vyo kuri Edomu+, be n’amahanga yose izina ryanje ryambarijwemwo+,’ ni ko Yehova avuze, ari na we akora ivyo.

  • Obadiya 18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Inzu ya Yakobo izoba koko umuriro+, inzu ya Yozefu ibe urubeya, inzu ya Esawu na yo ibe nk’ibishakara+; bazobatongora, babarigate. Nta wuzorokoka mu nzu ya Esawu+; kuko Yehova ubwiwe abivuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika