ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.

  • 1 Petero 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nimba hari uwuvuga, navuge nk’aho yoba avuga amajambo meranda+ y’Imana; nimba hari uwukorera abandi+, nakore nk’aho abihabwa n’inkomezi Imana itanga+; kugira ngo muri vyose Imana ininahazwe+ biciye kuri Yezu Kristu. Ubuninahazwa+ n’ubushobozi ni ivyiwe ibihe bitazoshira. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika